ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yb15 rup. 42-rup. 43 ing. 1
  • “Turabonye ibintu bitabaho”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Turabonye ibintu bitabaho”
  • Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015
  • Ivyo bijanye
  • Umushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge ni nde?
    Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?
  • “Umushumba” w’umwizerwa akaba n’incabwenge
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • “None ni nde mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge?”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • “Baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
Ibindi
Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015
yb15 rup. 42-rup. 43 ing. 1
Amafoto ku rup. 42

IBINTU BIKURUBIKURU VYARANZE UMWAKA UHEZE

“Turabonye ibintu bitabaho”

Ifoto ku rup. 43

Umuvukanyi w’impumyi ahejeje kubatizwa

UMUSI umwe igihe Yezu yakiza umuntu yari amugaye, abari aho “bose uko bangana [baciye] bagwa mu gahundwe, batangura kuninahaza Imana, batekerwa n’ubwoba, bavuga bati: ‘Uno musi turabonye ibintu bitabaho!’” (Luka 5:25, 26) Ivyo Yehova ariko ararangura muri kino gihe abicishije ku Mwana wiwe akunda cane, ku mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge, no ku basavyi biwe b’abizigirwa bo hirya no hino kw’isi, biratuma natwe turonka imvo ikomeye yo kuvuga duti: “Turabonye ibintu bitabaho.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika