ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yb14 rup. 120
  • Agakarata karanzi ni ko kari nka murekarengane

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Agakarata karanzi ni ko kari nka murekarengane
  • Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2014
Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2014
yb14 rup. 120

SIERRA LEONE NA GUINÉE

Agakarata karanzi ni ko kari nka murekarengane

“MU 1987, abantu barenga 1.000 baritavye Ihwaniro ry’intara ryari rifise umutwe uvuga ngo ‘Amahoro ava ku Mana’ ryabereye i Guékédou, muri Guinée. Kubera ko ahari kubera iryo hwaniro hari hafi y’urubibe igihugu ca Guinée gihana na Sierra Leone be na Liberiya, abantu benshi bo muri ivyo bihugu bahisemwo kugira iryo hwaniro baza barataha. Yamara, ntibari bafise impapuro z’inzira zisabwa. Rero abavukanyi bajejwe amabanga baraganiriye n’abategetsi bo ku mupaka maze baragira ico bumvikanyeko. Abo bantu bari gukenera urupapuro rumwe gusa, na rwo rukaba rwari agakarata karanzi k’ihwaniro! Abapolisi bo ku mupaka babonye agakarata kasa n’umuhondo ubenjuye, baca ubwo nyene bareka abo bantu bakarengana.”​—Everett Berry, uwahoze ari umumisiyonari.

Abavukanyi barafunguye kuri iryo hwaniro

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika