Ibirimwo
IBIRI MURI IYI NOMERO
Ikiganiro c’ukwiga ca 48: Ku wa 3-9 Ruhuhuma 2025
2 Ivyo twigira ku gitangaro Yezu yakoze c’imikate
Ikiganiro c’ukwiga ca 49: Ku wa 10-16 Ruhuhuma 2025
8 Wokora iki kugira ngo uzoronke ubuzima budahera?
Ikiganiro c’ukwiga ca 50: Ku wa 17-23 Ruhuhuma 2025
14 Bavyeyi, nimufashe umwana wanyu gukomeza ukwizera kwiwe
Ikiganiro c’ukwiga ca 51: Ku wa 24 Ruhuhuma 2025–2 Ntwarante 2025
20 Yehova arazi neza amarira yawe
26 Inkuru y’ubuzima—N’ubu ndaciga
32 Ivyo wokwiyigisha—Abantu b’abizigirwa barashitsa ivyo basezerana