Integuro y’ukwiga
MUNYONYO 2023
IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 8 NZERO–4 RUHUHUMA 2024
© 2023 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri donate.jw.org.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
Ezira ariko aririra ku rusengero yongera asenga, kubera ko atuntujwe n’ibicumuro vy’Abayuda bagenziwe. Abantu isinzi na bo nyene baca barira. Shekaniya aca aremesha Ezira ati: «Haracariho icizigiro kuri Isirayeli. . . . Turi inyuma yawe.»—Ezr. 10:2, 4 (Raba ikiganiro c’ukwiga ca 48, ingingo ya 17)