Integuro y’ukwiga
GITUGUTU 2023
IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 11 KIGARAMA 2023–7 NZERO 2024
© 2023 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri donate.jw.org.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
Iyumvire igihe ibiremwa vyose bifise ubwenge vyo kw’isi no mw’ijuru bizoyobokera Yehova vyunze ubumwe! (Raba ikiganiro c’ukwiga ca 44, ingingo ya 8)