ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w22 Nyakanga rup. 32
  • Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
w22 Nyakanga rup. 32

Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG

INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA

Imfashanyo yatanzwe kw’isi yose kubera ikiza cateye kw’isi yose

Igikorwa twakoze co gutanga imfashanyo mu kiringo c’ikiza ca Korona carakoze ku mutima Ivyabona n’abatari Ivyabona.

IBINDI BIGANIRO

Ubusumbane mu vy’ubutunzi bwoba buzokwigera buvaho?

Intwaro zarananiwe gutunganya ivy’ubutunzi ku buryo abantu bose baronka ivyo bakeneye. Bibiliya irerekana ivyo Imana izokora kugira ngo itunganye ico kibazo.

URWARUKA RURIBAZA

Bibiliya yomfasha gute?​—Igice ca 1: Soma Bibiliya yawe

Hamwe wokwubuka kw’isandugu nini ya kera irimwo ibintu vy’agaciro, ntiwoshima kumenya ibirimwo? Bibiliya imeze nk’iyo sandugu. Irimwo ubutunzi bwinshi.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika