ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w22 Myandagaro rup. 32
  • Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
w22 Myandagaro rup. 32

Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG

INKURU ZEREKEYE IVYABONA VYA YEHOVA

Twaroroheje ubuzima

Madián na Marcela basanze kuguma bagura ibintu no gufata amadeni manini vyatuma bagira umwitwarariko mu buzima, ariko kwigisha abantu ivyerekeye Imana vyatumye bahimbarwa vy’ukuri.

IBINDI BIGANIRO

Bibiliya yoba yogufasha guhangana n’ihinduka rikomeye ry’ikirere?

Impanuro ziranga ubukerebutsi Bibiliya itanga zirashobora kugufasha imbere y’uko icago c’icaduka gitera, igihe giteye be n’inyuma yaco.

ICOFASHA UMURYANGO

Ico abavyeyi bakwiye kumenya ku bijanye na vya bigo basigamwo abana

Imbere y’uko abavyeyi bahitamwo ikigo bosigamwo umwana, bakwiye kuzirikana bitonze ku vyiza no ku bibi vyovamwo. Ibibazo biri muri iki kiganiro birashobora kugufasha guhitamwo ikigo kibereye wosigamwo umwana wawe.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika