Integuro y’ukwiga
MYANDAGARO 2022
IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 3 GITUGUTU–6 MUNYONYO 2022
© 2022 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri donate.jw.org.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
Kugira Yehova akure amazinda Yobu ko amwitwararikana urukundo, aramubwira uburyo butandukanye yitwararika ivyo yaremye (Raba ikiganiro c’ukwiga ca 33, ingingo ya 10)