Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG
INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA
Gufasha abashikiwe n’ivyago vy’ivyaduka
Mu mwaka w’umurimo wa 2020, abavukanyi amamiliyoni baragize ingorane kubera ikiza ca Korona be n’ivyago vy’ivyaduka. None twakoze iki kugira ngo tubafashe?
Kuri JW Library, nuje ahavuga ngo PUBLICATIONS > RUBRIQUES > INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA.
Kuri jw.org, nuje ahavuga ngo IVYASOHOWE > IBIZA BIRASOHOKA > INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA.
ICOFASHA UMURYANGO
Nuze urafata umwanya wo kuyaga n’uwo mwubakanye
Umugabo n’umugore boshobora kuba mu nzu imwe mugabo ntibafate umwanya wo kuyaga. None bokoresha neza gute umwanya bamara bari kumwe?
Kuri JW Library, nuje ahavuga ngo PUBLICATIONS > RUBRIQUES > ICOFASHA UMURYANGO.
Kuri jw.org, nuje ahavuga ngo IVYASOHOWE > IBIZA BIRASOHOKA > ICOFASHA UMURYANGO.