Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG
INKURU ZEREKEYE IVYABONA VYA YEHOVA
Amasengesho y’umugore w’impumyi yarishuwe
Mingjie yarasenze asaba ko yomenya abakirisu b’ukuri. Ni ibiki none vyatumye abona ko amasengesho yiwe yishuwe?
Kuri JW Library, nuje ahavuga ngo PUBLICATIONS > RUBRIQUES > TÉMOIGNAGES ET ANECDOTES DE TÉMOINS DE JÉHOVAH.
Kuri jw.org, nuje ahavuga ngo IVYASOHOWE > IBIZA BIRASOHOKA > INKURU ZEREKEYE IVYABONA VYA YEHOVA > KUBWIRA ABANDI UKURI KWO MURI BIBILIYA.
IVYO MU BUSHINGURO BWACU
Ivyabona vya Yehova bo muri Nouvelle-Zélande boba ari abanyamahoro n’abanyamwete?
Ni kubera iki mu myaka ya 1940 Ivyabona vya Yehova babonwa nk’ababangamiye umutekano w’igihugu?
Kuri JW Library, nuje ahavuga ngo PUBLICATIONS > RUBRIQUES > TRÉSORS D’ARCHIVES.
Kuri jw.org, nuje ahavuga ngo IVYASOHOWE > IBIZA BIRASOHOKA > IVYO MU BUSHINGURO BWACU.