Integuro y’ukwiga
Gitugutu 2021
IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA:6 KIGARAMA 2021–2 NZERO 2022
© 2021 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri donate.jw.org.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
Naho Nowa yamaze imyaka myinshi yamamaza adahemuka, nta n’umwe binjiranye mu bwato atari umuryango wiwe gusa. Naho ari ukwo, Nowa yararoraniwe kubera yuko yagamburukiye Imana! (Raba ikiganiro c’ukwiga ca 43, ingingo ya 11)