ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w21 Myandagaro rup. 1-32
  • Integuro y’ukwiga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Integuro y’ukwiga
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
w21 Myandagaro rup. 1-32
Umunara w’Inderetsi w’ukwiga, Myandagaro 2021.

Integuro y’ukwiga

MYANDAGARO 2021

IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 27 NYAKANGA–31 GITUGUTU 2021

© 2021 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri donate.jw.org.

Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.

ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:

Umugabo n’umugore bariko baramamaza mu karere gakeneye cane abamamaji b’Ubwami; mushiki wacu akiri muto ariko arafasha mu bwubatsi bw’Ingoro y’Ubwami; umugabo n’umugore bitereye mu myaka bariko baramamaza biciye kuri terefone. Abo bose bararonkera umunezero mwinshi mu murimo barangura (Raba ikiganiro c’ukwiga ca 34, ingingo ya 11)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika