Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG
INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA
Ni ibiki twigira ku bagore bavugwa muri Bibiliya?
Raba itandukaniro riri hagati y’abagore bavugwa muri Bibiliya batanze akarorero keza be n’abatanze akarorero kabi.
Kuri JW Library, nuje ahavuga ngo PUBLICATIONS > RUBRIQUES > INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA.
Kuri jw.org, nuje ahavuga ngo IVYASOHOWE > IBIZA BIRASOHOKA > INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA > BIBILIYA.
INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA
Gukoresha Zoom mu kugira amakoraniro y’ishengero
Kugira amashengero agire amakoraniro kuri vidéoconférence, ni gute ishirahamwe ryafashije mu kuronka amakonte ya Zoom umuntu yokwizigira kandi ku giciro ciza?
Kuri JW Library, nuje ahavuga ngo PUBLICATIONS > RUBRIQUES > INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA.
Kuri jw.org, nuje ahavuga ngo IVYASOHOWE > IBIZA BIRASOHOKA > INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA.