Ibirimwo
IBIRI MURI IYI NOMERO
Ikiganiro c’ukwiga ca 18: Ku wa 5-11 Mukakaro 2021
2 Woba uzotsitazwa n’ivyerekeye Yezu?
Ikiganiro c’ukwiga ca 19: Ku wa 12-18 Mukakaro 2021
8 Nta na kimwe coshobora gutsitaza umugororotsi
Ikiganiro c’ukwiga ca 20: Ku wa 19-25 Mukakaro 2021
14 Nugume ubona igikorwa co kwamamaza mu buryo bwiza
Ikiganiro c’ukwiga ca 21: Ku wa 26 Mukakaro 2021–1 Myandagaro 2021
26 Inkuru y’ubuzima: “Narigiye ku bandi ibintu vyinshi cane!”
31 Wari ubizi?: Mu bihe vya Bibiliya, abantu boba barakora ubwato mu rufunzo?