Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG
INKURU Z’IVYABAYE
Indongozi y’idini yararonse inyishu
Inyuma y’aho indongozi imwe y’idini be n’umukenyezi wiwe baburiye umwana, bararize cane. Ariko bidatevye, baratanguye kuronka inyishu zituma banyurwa ku bijanye n’abapfuye.
Kuri JW Library, nuje ahavuga ngo PUBLICATIONS > RUBRIQUES > INKURU Z’IVYABAYE.
Kuri jw.org, nuje ahavuga ngo IVYASOHOWE > IBIZA BIRASOHOKA > INKURU ZEREKEYE IVYABONA VYA YEHOVA.
INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA
Imvugo ngo “ijisho ku rindi” isobanura iki?
Imvugo ngo “ijisho ku rindi” yoba itanga uburenganzira bwo kwihanira?
Kuri JW Library, nuje ahavuga ngo PUBLICATIONS > RUBRIQUES > INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA.
Kuri jw.org, nuje ahavuga ngo IVYASOHOWE > IBIZA BIRASOHOKA > INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA.