ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w20 Ruhuhuma rup. 1-32
  • Integuro y’ukwiga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Integuro y’ukwiga
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
w20 Ruhuhuma rup. 1-32
Umunara w’Inderetsi w’ukwiga, Ruhuhuma 2020.

Integuro y’ukwiga

RUHUHUMA 2020

IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA KU WA 6 NDAMUKIZA 2020–3 RUSAMA 2020

© 2019 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri donate.jw.org.

Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.

ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:

Umusore w’Umwisirayeli abwiye Musa na Yosuwa ko hari abagabo babiri bo mw’ikambi bariko bifata nk’abahanuzi. Yosuwa aca asaba Musa ngo ababuze mugabo na we akanka. Aho kubabuza, Musa abwira Yosuwa ko ahimbawe no kuba Yehova yashize impwemu yiwe kuri abo bagabo babiri. (Raba ikiganiro c’ukwiga ca 8, ingingo ya 10)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika