ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb25 Ntwarante rup. 10
  • 7-13 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 7-13 Ndamukiza
  • Agatabu k’ikoraniro ry’ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—2025
Agatabu k’ikoraniro ry’ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—2025
mwb25 Ntwarante rup. 10

7-13 NDAMUKIZA

IMIGANI 8

Ururirimbo rwa 89 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yezu ariko yigishiriza abantu ku musozi.

1. Niwumvirize ubukerebutsi bwa Yezu

(Imin. 10)

Yezu, we bukerebutsi bufatwa nk’umuntu, yaremwe na Yehova aba «intango y’ibikorwa vyiwe» (Img 8:​1, 4, 22; cf 153 ing. 7)

Ubukerebutsi bwa Yezu hamwe n’urukundo akunda Se wiwe vyagiye birongerekana mu myaka myinshi cane yamaze akorana na Se wiwe Yehova mu kurema (Img 8:​30, 31; cf 154 ing. 8-9)

Turungukira ku bukerebutsi bwa Yezu mu kumwumviriza (Img 8:​32, 35; w09 15/4 31 ing. 14)

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Img 8:​1-3—Ni mu buryo ubuhe ubukerebutsi buguma «busemerera n’ijwi rirenga»? (g 5/14 16)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

(Imin. 4) Img 8:​22-36 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) AKARYO KIZANYE. Niwishure ibibazo vy’umuntu ashaka kuzokwitaba Icibutso, akaba yipfuza kumenya ibihabera. (lmd icigwa ca 9 iciyumviro ca 3)

5. Gutanguza ikiyago

(Imin. 3) AKARYO KIZANYE. Nuhe ikaze umuntu yaje ku Cibutso kubera yasanze ubutumire ku muryango wiwe, wongere umwitwararike inyuma ya programa. (lmd icigwa ca 3 iciyumviro ca 5)

6. Gusigura ivyo wemera

(Imin. 5) Insiguro. ijwbq ikiganiro 160—Umutwe: Kubera iki Yezu yitwa Umwana w’Imana? (th icigwa ca 1)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 105

7. Ibikenewe iwanyu

(Imin. 15)

8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

(Imin. 30) bt ikig. 25 ing. 1-4, n’uruzitiro ku rup. 227

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 7 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika