25-31 Kigarama
YOBU 30-31
Ururirimbo rwa 28 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
«Ingene Yobu yagumye atanduye»: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yb 31:35—Twokwirinda gute kuba nka ba bagenzi ba Yobu igihe hari umuntu atubwiye ibimuraje ishinga? (w05 15/11 11 ing. 3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 31:15-40 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya, uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Mutumire kw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 11)
Insiguro: (Imin. 5) g16.4 8-9—Umutwe: Nosigurira abandi gute ingene Bibiliya ibona ivyo guhuza ibitsina kw’ababisangiye? (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
«Igituma amasanamu y’ibiterasoni ari mabi»: (Imin. 7) Guhana ijambo be n’ividewo.
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) bt ikig. 4 ing. 1-8
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 74 n’isengesho