18-24 Kigarama
YOBU 28-29
Ururirimbo rwa 39 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
«Woba uzwi neza nka Yobu?»: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yb 29:24—Twokwigira iki ku karorero ka Yobu? (g00 8/7 11 ing. 3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 28:1-28 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Nuce umuha agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Kwiberaho ibihe bidahera, muce muganira muri make ibiri ahavuga ngo «Ingene wokwungukira cane kuri ibi vyigwa vya Bibiliya.» (th icigwa 17)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 13, intangamarara yo kuri Twinjire mu mizi hamwe n’iciyumviro ca 4 (th icigwa ca 6)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
«Ico noterera kugira tugume tuvugwa neza»: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) bt ikig. 3 ing. 12-18
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 50 n’isengesho