ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Munyonyo rup. 10
  • 11-17 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 11-17 Kigarama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Munyonyo rup. 10

11-17 Kigarama

YOBU 25-27

  • Ururirimbo rwa 34 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • «Gutungana ntibisaba ko umuntu aba atagira agasembwa»: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Yb 26:14​—Ibintu bike cane tuzi ku bijanye n’ivyaremwe bituma tubona iki ku vyerekeye Yehova? (w16.11 9 ing. 3)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 25:1–26:14 (th icigwa ca 12)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 1)

  • Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Niwereke uwo muntu ukuntu yoronka amakuru kuri jw.org ajanye n’iciyumviro yipfuza. (th icigwa ca 17)

  • Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 13, intangamarara n’iciyumviro ca 1-3 (th icigwa ca 15)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 45

  • «Gutungana mu vyo twiyumvira»: (Imin. 5) Guhana ijambo.

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 10) Nimurabe ividewo yo muri Kigarama ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) bt ikig. 3 ing. 4-11

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 57 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika