ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nyakanga rup. 8
  • 2-8 Gitugutu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 2-8 Gitugutu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nyakanga rup. 8

2-8 Gitugutu

YOBU 1-3

  • Ururirimbo rwa 141 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nubandanye kwerekana ko ukunda Yehova cane”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin.10)

    • Yb 1:10—Uyu murongo udufasha gute gutahura amajambo ya Yezu dusanga muri Matayo 27:46? (w21.04 11 ing. 9)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 3:​1-26 (th icigwa ca 12)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 9)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?, hanyuma muyiganireko. (th icigwa ca 20)

  • Insiguro: (Imin. 5) w22.01 11-12 ing. 11-14 —Umutwe: Nube umwigisha mwiza nka Yakobo—Nube umuntu atarya umunwa kandi yicisha bugufi. (th icigwa ca 18)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 21

  • Nabona ko vyose bigenda neza: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni mu buryo ubuhe umuvukanyi Birdwell yabona ko «vyose bigenda neza»?

    Kuzirikana kuri Matayo 6:33 vyamufashije gute?

    Ni ikindi kintu ikihe washimye ku vyashikiye umuryango wa Birdwell?

  • “Nukoreshe igice c’intango ca JW.ORG mu ndimiro”: (Imin. 5) Guhana ijambo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 59 iciyumviro ca 6, na Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 129 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika