ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Mukakaro rup. 7
  • 31 Mukakaro–6 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 31 Mukakaro–6 Myandagaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Mukakaro rup. 7

31 Mukakaro–6 Myandagaro

NEHEMIYA 3-4

  • Ururirimbo rwa 143 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Woba ubona ko urengeye gukora ibikorwa vy’amaboko?”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Neh 4:17, 18​—Umuntu yashobora gute gukora igikorwa co kwubaka kandi akoresha ukuboko kumwe gusa? (w06 1/2 9 ing. 1)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Neh 3:15-24 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4) Nimuganire ku rupapuro rwa nyuma rw’agatabu Kwiberaho ibihe bidahera, nuce umusaba mutangure kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 12)

  • Insiguro: (Imin. 5) km 11/12 1​—Umutwe: Nubone iciza kiva ku gikorwa cawe c’ubutame. (th icigwa ca 10)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 91

  • Gukorana n’Ivyabona vya Yehova: (Imin. 8) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Iyi videwo itwigisha iki ku bijanye n’ingene inyifato yacu turi ku gikorwa ishobora gutuma abantu bashimishwa n’ukuri?

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 7)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 52

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 29 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika