ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Rusama rup. 7
  • 22-28 Rusama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 22-28 Rusama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Rusama rup. 7

22-28 Rusama

2 NGOMA 25-27

  • Ururirimbo rwa 80 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yehova arafise uburyo bwo kuguha ibiruta ivyo”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 2Ng 26:4, 5​—Akarorero ka Uziya katwigisha iki ku bijanye n’akamaro ko kugira uwudufasha mu vy’impwemu? (w07 15/12 10 ing. 1-2)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Ng 25:1-13 (th icigwa ca 12)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya, uce umusigira agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 2)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4) Koresha iciyumviro kijanye na usubiyeyo. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 15)

  • Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 10, intangamarara n’iciyumviro ca 1-3 (th icigwa ca 3)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 136

  • Ubuzima budahera buraruta ivyo twoheba vyose (Mr 10:29, 30): (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Umuhango wa Yezu uri muri Mariko 10:29, 30 ukwiye gutuma dukora iki? Yezu yavyifashemwo gute igihe mu ntango bene nyina batamwemera? Ni ibiki dukwiye kugumiza ku muzirikanyi ku bijanye n’abo mu muryango wacu badasenga Yehova?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa 46

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 51 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika