31 Gitugutu–6 Munyonyo
2 ABAMI 3-4
Ururirimbo rwa 151 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Tora umuhungu wawe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Bm 4:38—“Abahungu b’abahanuzi” bashobora kuba bari bande? (it-2 672 ing. 6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 3:1-12 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 17)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 20)
Insiguro: (Imin. 5) w13 15/8 28-29—Umutwe: Wokwigana gute ukwicisha bugufi kwa Elisha mu murimo mweranda? (th icigwa ca 15)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Gushika izuka ribaye”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Igihe uwawe apfuye.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 25
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 139 n’isengesho