ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nyakanga rup. 12
  • Akarorero keza mu vyo kumenyerezwa

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Akarorero keza mu vyo kumenyerezwa
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Ibibazo vy’abasomyi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • Elisha yarabonye imikogote y’umuriro—Woba nawe uyibona?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Ingene abakurambere bafasha abandi gukwiza ibisabwa
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Yehova akoresha abagore babiri mu kurokora abasavyi biwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nyakanga rup. 12
Elisha ariko arihweza igihe Eliya agabura amazi y’Uruzi Yorodani akoresheje impuzu yiwe y’ibango.

Elisha ariko arihweza igihe Eliya akora igitangaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Akarorero keza mu vyo kumenyerezwa

[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 2 Abami.]

Elisha yariko arihweza igihe Eliya yakora igitangaro (2Bm 2:8; w15 15/4 13 ing. 15; raba ishusho iri ku gipfukisho)

Elisha yarakoresheje ukwo kumenyerezwa kwiza yaronse abigiranye ukwicisha bugufi (2Bm 2:13, 14; w15 15/4 13 ing. 16)

Umukurambere ariko yumviriza umuvukanyi ariko arimenyereza gushikiriza insiguro. Nya mukurambere afise agatabu “Kwigisha” kazinguruye.

Mw’ishengero, Yehova arazeza abakurambere ibanga ryo kumenyereza abandi. (2Tm 2:2) Nimba abakurambere bariko barakumenyereza, nuvyemere n’umutima ukunze, ube umwizigirwa kandi wicishe bugufi.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika