29 Myandagaro–4 Nyakanga
1 ABAMI 8
Ururirimbo rwa 41 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Isengesho riranga ukwicisha bugufi kandi rivuye ku mutima Salomo yatuye ku mugaragaro”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Bm 8:27—Ni ibiki amajambo Salomo yavuze adasigura? (it-1 475 ing. 3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Bm 8:31-43 (th icigwa ca 12)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 15)
Insiguro: (Imin. 5) km 5/10 2—Umutwe: Abasuku bakirisu barakeneye gusenga. (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Woba ubona ukuntu Yehova yishura amasengesho yawe?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Yehova ni we “yumva amasengesho.”
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 18, iciyumviro ca 1-5
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 107 n’isengesho