ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Mukakaro rup. 7
  • 25-31 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 25-31 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Mukakaro rup. 7

25-31 Mukakaro

2 SAMWELI 23-24

  • Ururirimbo rwa 76 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Igihe utanga woba wemera kugira ivyo uhevye?”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 2Sm 23:15-17​—Kubera iki Dawidi yanse kunywa ayo mazi? (w05 15/5 19 ing. 6)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 23:1-12 (th icigwa ca 11)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3) Nutanguze ikiyago ukoresheje urupapuro rwa nyuma rw’agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera. Numubwire ko uzogaruka kumwishura ikibazo kigize umutwe w’icigwa ca 01. (th icigwa ca 9)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4) Nugendere umuntu yakiriye agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, hama umwereke ukuntu twigisha Bibiliya. (th icigwa ca 3)

  • Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 05: Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira (th icigwa ca 19)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 17

  • Nushikanire Imana ikimazi ubigiranye umutima ukunze (Zb 54:6): (Imin. 9) Nimurabe iyo videwo.

  • Nube umugenzi wa Yehova: Kwitangira abandi: (Imin. 6) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza abana batoyi wacaguye, nimba bahari, uti: Soniya na Kalebu bitangiye abandi gute? Akarorero ka Yezu kafashije gute Kalebu? Witangiye gute Yehova n’abandi?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 13 n’akajambo ko ku mpera ka 1

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 32 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika