ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Rusama rup. 15
  • “Urukundo . . . ntirwivyimvya”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Urukundo . . . ntirwivyimvya”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • «Mubandanye kugendera mu rukundo»
    Niwiyegereze Yehova
  • Niwubakwe n’Urukundo
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2001
  • Inzira y’Urukundo Ntaho Ishira
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1999
  • Dutsimbataze urukundo rutigera runanirwa
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Rusama rup. 15
Udufoto: 1. Umuvukanyi ariko arasenga imbere yo gusoma Bibiliya. 2. Ariko arasukura Ingoro y’Ubwami. 3. We n’umugore wiwe bagiye ku bitaro gusuhuza mushiki wacu yitereye mu myaka.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

“Urukundo . . . ntirwivyimvya”

Urukundo ruradufasha kugaragara ukwicisha bugufi. (1Kr 13:4) Igihe dukunda abavukanyi bacu, ntitubona ko tubaruta. Turabona ivyiza mu bandi kandi tugakoresha ubushobozi bwacu mu kubafasha. (Fp 2:3, 4) Uko turushiriza kugaragaza urwo rukundo, ni ko Yehova arushiriza kudukoresha kugira ashitse ivyo agomba.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO MWIBUKE KO URUKUNDO . . . RUTIVYIMVYA, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Ni impano izihe Abusalomu yari afise?

  • Ni gute yazikoresheje nabi?

  • Twokwirinda gute kwivyimvya?​—Gl 5:26

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika