ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Rusama rup. 3
  • Niwikomeze biciye kuri Yehova Imana yawe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwikomeze biciye kuri Yehova Imana yawe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Nurindire Yehova wihanganye
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Nusukire Yehova ibiri mu mutima wawe mw’isengesho
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Nugume wicishije bugufi igihe uroraniwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ukugamburuka kuruta ikimazi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Rusama rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Niwikomeze biciye kuri Yehova Imana yawe

Abamaleki baraturiye Zikulagi bongera baratwara abantu ari imbohe (1Sm 30:1, 2)

Dawidi n’abantu biwe barababaye cane (1Sm 30:3-5; w06 1/8 28 ing. 12)

Dawidi yarikomeje biciye kuri Yehova (1Sm 30:6; w12 15/4 30 ing. 14)

Umuvukanyi ababaye ashize ifoto ku gikiriza ciwe.

IVYO KUZIRIKANAKO: Iyo mbabaye, ni nde nitura ngo ampe inkomezi?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika