ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Mukakaro rup. 15
  • 30 Myandagaro–5 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 30 Myandagaro–5 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Mukakaro rup. 15

30 Myandagaro–5 Nyakanga

GUSUBIRA MU VYAGEZWE 31-32

  • Ururirimbo rwa 78 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nugire ico wigiye ku mvugo ngereranyo zo mu ruririmbo rwahumetswe”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Gus 31:12​—Abavyeyi bakirisu boshira mu ngiro gute iyo ngingo ngenderwako? (w04 15/9 27 ing. 12)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 32:36-52 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nimuyage ufatiye ku bimuraje ishinga, muce muganira ku canditswe bijanye. (th icigwa ca 12)

  • Insiguro: (Imin. 5) w07 15/5 15-16 ing. 3-5​—Umutwe: Menya ko abana bawe bakwihweza! (th icigwa ca 16)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 25

  • Nugire ico wigiye ku karorero keza abatuja imbere batanga: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo “Mwibuke ababaja imbere” (Heb 13:7). Nuce ubaza abumviriza uti: Twigira iki ku karorero ka Thomas Sullivan? George Gangas? Karl Klein? Daniel Sydlik?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 12 ing. 18-22, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 169-171

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 87 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika