ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Mukakaro rup. 13
  • Ingene ivyaremwe bihishura urukundo rw’Imana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene ivyaremwe bihishura urukundo rw’Imana
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Nurushirize kumenya Yehova biciye ku vyo yaremye
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Niwigishe abana bawe ivyerekeye Yehova ukoresheje ivyaremwe
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Ibitangaza vy’irema birahishura ubuninahazwa bw’Imana
    Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Woba ubona kamere zitaboneka z’Imana?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Mukakaro rup. 13
Sebibondo ariko yereka agahungu kiwe inyoni iri ku giti igihe bariko bamamaza inzu ku nzu.

Kubera ko Yehova yatugaragarije urukundo biciye ku vyaremwe, twokwizigira ko yiteguriye kuturonsa imihezagiro myinshi kubera twinanata tukamukorera

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ingene ivyaremwe bihishura urukundo rw’Imana

Turashobora gutwarwa n’udukorwa twa misi yose ku buryo twibagira kuzirikana ukuntu ivyaremwe bihishura ko Yehova adukunda be n’uko atanga cane. Ariko Yezu aturemesha kwihweza ivyaremwe no kuzirikana ku co bitwigisha ku vyerekeye Yehova.​—Mt 6:25, 26.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO IVYAREMWE BIRAHISHURA URUKUNDO RWA YEHOVA, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

Twigira iki ku kuntu Yehova adukunda tuzirikanye . . .

  • uruvange rw’ibintu biri mu bidukikije?

  • ikirere?

  • ivyatsi?

  • ukuntu ibikoko biremwe?

  • umubiri wacu?

  • ubwonko bwacu?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika