ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Mukakaro rup. 4
  • 12-18 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 12-18 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Mukakaro rup. 4

12-18 Mukakaro

GUSUBIRA MU VYAGEZWE 13-15

  • Ururirimbo rwa 38 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakene”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Gus 14:21​—Twigira iki kw’itegeko ryabuza gutekesha umwagazi w’impene amata ya nyina? (w06 1/4 31)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 13:1-18 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Imibabaro​—1Yh 5:19. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na usubiyeyo. (th icigwa ca 6)

  • Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 11)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 7

  • “Ntimukigere mwiganyira”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Urukundo ntirwigera runanirwa naho woba . . . Ukenye​—Kongo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 10 ing. 16-21

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 130 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika