ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Rusama rup. 15
  • 28 Ruheshi–4 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 28 Ruheshi–4 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Rusama rup. 15

28 Ruheshi–4 Mukakaro

GUSUBIRA MU VYAGEZWE 9-10

  • Ururirimbo rwa 49 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba?”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Gus 9:1-3​—Naho bene Anaki bari abantu “bakomeye kandi barebare,” ni kubera iki Abisirayeli batari bakwiye kubatinya? (it-1 115)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 10:1-22 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha. (th icigwa ca 3)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 9)

  • Inyigisho: (Imin. 5) fg icigwa ca 12 ing. 4-5 (th icigwa ca 18)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 135

  • Gukina ama jeux: Woba uriko uratsinda nk’uko uvyibaza?: (Imin. 7) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ama jeux yoshobora gute kukwiba umwanya? Ni ibintu ibihe mu buzima bihambaye kuruta ama jeux? (Ef 5:15, 16) Ama jeux uhitamwo ahishura gute ico uri koko? Wokora iki kugira utsinde vy’ukuri?

  • “Nufate ingingo ziranga ubukerebutsi ku vyerekeye inzoga”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Nuzirikane imbere yo kunywa.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 10 ing. 1-8

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 80 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika