ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Kigarama rup. 4
  • 14-20 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 14-20 Kigarama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Kigarama rup. 4

14-20 Kigarama

ABALEWI 12-13

  • Ururirimbo rwa 140 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ico twigira ku mategeko yerekeye imibembe”: (Imin. 10)

    • Lw 13:4, 5​—Abarwaye imibembe baca bashirwa ukwabo (wp18.1 7)

    • Lw 13:45, 46​—Abanyamibembe bategerezwa kwirinda kwanduza abandi (wp16.4 9 ing. 1)

    • Lw 13:52, 57​—Ibintu vyanduye vyategerezwa gukurwaho (it-2 128 ing. 2)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Lw 12:2, 5​—Kubera iki kwibaruka vyatuma umugore aba “uwuhumanye”? (w04 15/5 23 ing. 2)

    • Lw 12:3​—Ni kubera iki Yehova yasavye ko ukugenyerwa kugirwa ku musi ugira umunani? (wp18.1 7)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lw 13:9-28 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni gute Tony yakoresheje neza ibibazo? Yafashije gute uwo bayaga gutahura neza icanditswe?

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 19)

  • Usubiyeyo: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nutanguze ikiyago mu gatabu Inkuru nziza, hanyuma utanguze inyigisho ya Bibiliya mu cigwa ca 11. (th icigwa ca 9)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 125

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30 canke idashika) lvs ikig. 2 ing. 8-16; soma akajambo ko ku mpera ka 6

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 102 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika