ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Kigarama rup. 2
  • 7-13 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 7-13 Kigarama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Kigarama rup. 2

7-13 Kigarama

ABALEWI 10-11

  • Ururirimbo rwa 32 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nukunde Yehova kuruta abo mu muryango”. (Imin. 10)

    • Lw 10:1, 2​—Yehova yarishe Nadabu na Abihu kubera bashikanye umuriro utemewe (it-1 1203)

    • Lw 10:4, 5​—Ibiziga vyabo baciye babikura mw’ikambi

    • Lw 10:6, 7​—Yehova yategetse Aroni n’abandi bahungu biwe kutabagandarira (w11 15/7 31 ing. 16)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Lw 10:8-11​—Ni icigwa ikihe dukura muri iyo mirongo? (w14 15/11 17 ing. 18)

    • Lw 11:8​—Abakirisu boba bakwiye kwirinda gufungura ibikoko vyari bibujijwe mu gihe c’Itegeko rya Musa? (it-1 124 ing. 6)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lw 10:1-15 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Tony yatsinze gute amajambo dukunze kwumva yo guhagarika ikiyago? Wofasha gute umuntu kuzirikana kuri Zaburi 1:1, 2?

  • Mugihura: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Muhe ubutumire bw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 20)

  • Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w11 15/2 12​—Umutwe: Ishavu Musa yari afitiye Eleyazari na Itamari ryahwamitswe gute? (th icigwa ca 12)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 51

  • “Turagaragaza urukundo mu gushigikira indero Yehova atanga”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Tugumane ukudahemuka n’umutima wacu wose.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30 canke idashika) lvs ikig. 2 ing. 1-7; soma akajambo ko ku mpera ka 5

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 36 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika