ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Gitugutu rup. 2
  • 5-11 Gitugutu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 5-11 Gitugutu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Gitugutu rup. 2

5-11 Gitugutu

KUVAYO 31-32

  • Ururirimbo rwa 45 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Niwirinde gusenga ibigirwamana”: (Imin. 10)

    • Kv 32:1​—Ibihe bigoye ntibikwiye kuba icitwazo co gusenga izindi mana (w09 15/5 11 ing. 11)

    • Kv 32:4-6​—Abisirayeli baravanze ugusenga kw’ukuri n’ukw’ikinyoma (w12 15/10 25 ing. 12)

    • Kv 32:9, 10​—Ishavu rya Yehova ryararurumbiye Abisirayeli (w18.07 20 ing. 14)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Kv 31:17​—Ni mu buryo ubuhe Yehova yaruhutse ku musi w’irema ugira indwi? (w19.12 3 ing. 4)

    • Kv 32:32, 33​—Ni kubera iki inyigisho y’uko “uwakiriye Yezu nk’umwami n’umukiza wiwe aba akijijwe rimwe rizima” atari iy’ukuri? (w87 1/9 29)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 32:15-35 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Ni gute Bella yakoresheje neza ibibazo? Yaciriye gute inzira isubirayo?

  • Mugihura: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya ividewo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 9)

  • Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w10 15/5 21​—Umutwe: Kubera iki Yehova atahanye Aroni igihe yahingura inyana y’inzahabu? (th icigwa ca 7)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 36

  • “Nuhe agaciro ubucuti ufitaniye na Yehova”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nuzigame ubucuti ufitaniye na Yehova (Kl 3:5).

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30 canke idashika) jy ikig. 135

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 90 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika