ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Mukakaro rup. 3
  • 13-19 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 13-19 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Mukakaro rup. 3

13-19 MUKAKARO

KUVAYO 8-9

  • Ururirimbo rwa 12 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Umunyabwibone Farawo, ntiyamenye yuko ariko arafasha mw’iranguka ry’umugambi w’Imana”: (Imin. 10)

    • Kv 8:15​—Farawo yarakomantaje umutima wiwe, aranka kwumviriza Musa na Aroni (it-2 431)

    • Kv 8:18, 19​—Farawo ntiyatanye n’akabando n’igihe mbere abaherezi b’abanyamageza biwe bemanga ko vyabataye ku w’amazi.

    • Kv 9:15-17​—Yehova yararetse Farawo abe arabayeho kugira aninahaze izina ryiwe (it-2 240-241 ing. 10-12)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Kv 8:21​—Ikibugu cari igiki? (it-2 1039)

    • Kv 8:25-27​—Kubera iki Musa yavuze ko ibimazi vy’Abisirayeli vyobaye ari “ikintu giteye ishishi ku Banyamisiri”? (w04 15/3 25 ing. 9)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 8:1-19 (th icigwa ca 12)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Umwamamaji yavyifashemwo gute igihe yabwirwa amajambo yo guhagarika ikiyago? Uwo mwamamaji yaciriye inzira gute kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha?

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 6)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura, uce ushikiriza kimwe mu bitabu tuyoboramwo inyigisho. (th icigwa ca 12)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 74

  • “Niwicishe bugufi​—Ntiwishemagize”: (Imin. 7) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Nube umugenzi wa Yehova: Niwicishe bugufi. Nuce usaba abana wateguye imbere y’igihe baze ku mukiruruko, ubabaze ibibazo bijanye n’iyo videwo nimba bahari.

  • “Niwicishe bugufi igihe abandi bagushemagije”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Nube intahemuka nka Yezu​—Igihe ushemagijwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 123, uruzitiro “Icuya ciwe kimeze nk’amama y’amaraso”

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 44 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika