6-12 Mukakaro
KUVAYO 6–7
Ururirimbo rwa 150 n’isengesho
Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo”: (Imin. 10)
Kv 6:1—Musa yarashobora kwibonera “ikiganza gikomeye” ca Yehova
Kv 6:6, 7—Isirayeli yategerezwa kurokoka (it-2 309 ing. 5)
Kv 7:4, 5—Farawo n’Abanyamisiri bobwirijwe kumenya Yehova uwo ari we (it-2 309 ing. 3-4)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Kv 6:3—Ni mu buryo ki Yehova atamenyesheje izina ryiwe Aburahamu, Izahaki na Yakobo? (it-2 1091 ing. 4-5)
Kv 7:1—Ni gute Musa yari nk’“Imana kuri Farawo,” Aroni na we akaba “umuhanuzi” wa Musa? (it-2 308 ing. 6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 6:1-15 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Gukora ku mutima abakwumviriza, muce muganira ku cigwa ca 19 c’agatabu Kwigisha.
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w15 15/1 9 ing. 6-7—Umutwe: Nukengurukire Yehova igihe cose. (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 122
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 42 n’isengesho