4-10 Rusama
ITANGURIRO 36-37
Ururirimbo rwa 114 n’isengesho
Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yozefu yazize ishari”: (Imin. 10)
It 37:3, 4—Yozefu yaranswe na benewabo kubera se yamukunda cane (w14 1/8 12-13)
It 37:5-9, 11—Indoto za Yozefu zatumye benewabo barushiriza kumugirira ishari (w14 1/8 13 ing. 2-4)
It 37:23, 24, 28—Ishari bari bamufitiye ni ryo ryatumye bamufata bunyamaswa
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
It 37:29-32—Kubera iki benewabo na Yozefu bagiye kwereka Yakobo impuzu yiwe itabaguritse kandi iriko amaraso? (it-1 964)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 36:1-19 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Imvugo itahurika, muce muganira ku cigwa ca 17 c’agatabu Kwigisha.
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w02 15/10 30-31—Umutwe: Kubera iki abakirisu bakwiye kugira ishari rishimwa n’Imana? (th icigwa ca 6)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Woba witeguye?”: (Imin. 15) Ikiganiro co guhana ijambo gishikirizwa n’umukurambere. Erekana ividewo ivuga ngo Woba witeguriye icago c’icaduka? Numenyeshe ivyibukijwe bivuye ku biro vy’ishami canke ku nama y’abakurambere nimba bihari.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 113
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 84 n’isengesho