ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ntwarante rup. 6
  • 30 Ntwarante–5 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 30 Ntwarante–5 Ndamukiza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ntwarante rup. 6

30 Ntwarante–5 Ndamukiza

ITANGURIRO 29-30

  • Ururirimbo rwa 93 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yakobo yubaka urwiwe”: (Imin. 10)

    • It 29:18-20​—Yakobo yaremeye gukorera Labani imyaka indwi kugira amuhe Rasheli (w03 15/10 29 ing. 5)

    • It 29:21-26​—Labani yarahenze Yakobo amuha Leya mu kibanza ca Rasheli (w07 1/10 8-9; it-2 222 ing. 5)

    • It 29:27, 28​—Naho bitari vyoroshe Yakobo yagumye avyifatamwo neza

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 30:3​—Kubera iki Rasheli yabona ko abana bavutse kuri Yakobo na Biluha ari abiwe bwite? (it-1 49)

    • It 30:14, 15​—Kubera iki Rasheli ashobora kuba yaragishije akaryo ko kuryamana n’umugabo wiwe kugira asame inda agakavye utududayimu? (w04 15/1 28 ing. 7)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 30:1-21 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Imvugo iremesha, muce muganira ku cigwa ca 16 c’agatabu Kwigisha.

  • Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) bhs 59 ing. 21-22 (th icigwa ca 18)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 57

  • “Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Kubwira inkuru nziza impumyi”: (Imin. 10) Ikiganiro co guhana ijambo gishikirizwa n’umucungezi w’umurimo. Nubaze uti: Kubera iki bihambaye ko twitwararika ivyo impumyi zikeneye? Ni hehe twosanga abantu b’impumyi? Twokwerekana gute ko tubitwararika? Ni ibikoresho ibihe dufise twokoresha mu gufasha impumyi gutera imbere mu vy’impwemu?

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 5) Erekana ividewo yo muri Ntwarante ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 110

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 30 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika