ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Nzero rup. 5
  • “Akora kuno nyene”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Akora kuno nyene”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • “Yagendana n’Imana y’ukuri”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • “Yagendana n’Imana y’ukuri”
    Niwigane ukwizera kwabo
  • ‘Yarazigamwe hamwe n’abandi indwi’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Igituma dukwiye kwitwararika icatumye Imana itonesha Nowa
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Nzero rup. 5
Nowa n’umwe mu bahungu biwe bariko barubaka ubwato; umuhungu wiwe ahagaze ku gikwa ariko asiga ubwato ikaburimbo.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 6-8

“Akora kuno nyene”

6:9, 13-16, 22

Iyumvire akigoro vyasavye Nowa n’umuryango wiwe kugira bubake ubwato kandi batagira ibikoresho n’ubuhinga bwo kwubaka nk’ivya none.

  • Ubwo bwato bwari bunini cane: uburebure bw’imetero 133, ubwaguke bw’imetero 22, n’amahagarara y’imetero 13

  • Bategerezwa kwicira ibiti, bakabibaza neza, bagaca babizana aho bubakira

  • Bategerezwa kubuhomekako ikaburimbo imbere n’inyuma

  • Bategerezwa kubika imfungurwa zobafashije bo hamwe n’ibikoko umwaka wose

  • Ico gikorwa gishobora kuba camaze imyaka 40 gushika kuri 50

Iyi nkuru yodufasha gute igihe tubona ko bigoye gukora ivyo Yehova adusavye?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika