ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Munyonyo rup. 2
  • 4-10 Munyonyo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 4-10 Munyonyo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Munyonyo rup. 2

4-10 Munyonyo

1 YOHANI 1-5

  • Ururirimbo rwa 122 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ntimukunde isi canke ibiri mw’isi”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 1 Yohani.]

    • 1Yh 2:15, 16​—“Ikiri mw’isi cose . . . gikomoka mw’isi,” ntigikomoka kuri Data (w05 1/1 10 ing. 13)

    • 1Yh 2:17​—Isi be n’icipfuzo cayo biriko birahita (w13 15/8 27 ing. 18)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 1Yh 2:7, 8​—Ni mu buryo ki ibwirizwa Yohani yavuze ryari irya kera rikaba na rishasha? (w13 15/9 10 ing. 14)

    • 1Yh 5:16, 17​—“Igicumuro kizana urupfu” ni ikihe? (it-2 491 ing. 1)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 1Yh 1:1–2:6 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Gushwashwanuka, muce muganira ku cigwa ca 11 c’agatabu Kwigisha.

  • Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w04 1/10 29​—Umutwe: Muri 1 Yohani 4:18, Yohani yashaka kuvuga iki igihe yavuga ko “urukundo rutagira akanenge [ruhindira] hanze ubwoba”? (th icigwa ca 7)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 132

  • “Niwirinde gutwarwa n’isi igihe utegura ubugeni bwawe”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Ubugeni butera iteka Yehova.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 89

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 118 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika