ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Gitugutu rup. 4
  • 21-27 Gitugutu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 21-27 Gitugutu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Gitugutu rup. 4

21-27 Gitugutu

1 PETERO 3-5

  • Ururirimbo rwa 14 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Iherezo ry’ibintu vyose riregereje”: (Imin. 10)

    • 1Pt 4:7​—“Mube abaroranye mu muzirikanyi . . . , kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho” (w13 15/11 3 ing. 1)

    • 1Pt 4:8​—“Mugiriranire urukundo rwinshi” (w99 15/4 22 ing. 3)

    • 1Pt 4:9​—“Mwakirane ata kwidoga” (w18.03 14-15 ing. 2-3)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 1Pt 3:19, 20​—Yezu yamamaje gute “ku mpwemu ziri mw’ibohero” kandi yabigize ryari? (w13 15/6 23)

    • 1Pt 4:6​—‘Abapfuye bamenyeshejwe inkuru nziza’ ni bande? (w08 15/11 21 ing. 8)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 1Pt 3:8-22 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. (th icigwa ca 6)

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?, maze muyiganireko. (th icigwa ca 8)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 137

  • “Ingeso zitanduye be n’icubahiro kigera kure biragondoza imitima”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Yehova aradufasha kwikorera imitwaro yacu.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 88 ing. 1-11

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 61 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika