ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Gitugutu rup. 3
  • “Mutegerezwa kuba beranda”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Mutegerezwa kuba beranda”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Yehova arema ibiriho kw’isi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Abasavyi b’Imana Bategerezwa Kuba Badahumanye
    Ni Ibiki Imana Idusaba?
  • “Mwamiz[e] hafi ku muzirikanyi ukuhaba kw’umusi wa Yehova”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Imana ikunda abantu badahumanye
    “Mwigumize mu rukundo rw’Imana”
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Gitugutu rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 1 PETERO 1-2

“Mutegerezwa kuba beranda”

1:14-16

Kugira Yehova yemere ugusenga kwacu, dutegerezwa kuba beranda, ni ukuvuga abatanduye. Bisobanura iki kuba uwutanduye . . .

  • Umuvukanyi akiri muto agiye kw’ikoraniro, ariko se wiwe atari Icabona ariko aramukarira

    mu vy’impwemu?

  • Umugabo n’umugore wiwe bari muhira, bakaba bariko barondera amavidewo aterekana ivy’ubuhumbu, ivy’ubukazi canke ibintazi

    mu vy’inyifato runtu?

  • Umugore ariko aroza isafuriya

    ku mubiri?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika