7-13 Gitugutu
YAKOBO 3-5
Ururirimbo rwa 50 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nugaragaze ubukerebutsi buva ku Mana”: (Imin. 10)
Yak 3:17—Ubukerebutsi buva ku Mana ntibwanduye kandi ni ubw’amahoro (cl 222 ing. 9-10)
Yak 3:17—Ubukerebutsi buva ku Mana bugira ibitegereka, bugabirije kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza (cl 223-224 ing. 12; 224-225 ing. 14-15)
Yak 3:17—Ubukerebutsi buva ku Mana ntibugira nkunzi kandi ntibwiyorobeka (cl 226-227 ing. 18-19)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Yak 4:5—Ni icanditswe ikihe Yakobo ariko arasubiramwo? (w08 15/11 20 ing. 6)
Yak 4:11, 12—Ni mu buryo ki “uwuvuga nabi mwene wabo . . . aba avuze nabi itegeko”? (w97 1/12 15-16 ing. 8)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yak 3:1-18 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Guhindura ijwi, muce muganira ku cigwa ca 10 c’agatabu Kwigisha.
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w10 1/9 23-24—Umutwe: Kubera iki dukwiye kwatura ibicumuro vyacu, kandi dukwiye kuvyaturira nde? (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 86 ing. 8-17
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 125 n’isengesho