23-29 Nyakanga
ABAHEBURAYO 12-13
Ururirimbo rwa 88 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Gutozwa indero ni ikimenyamenya c’urukundo rwa Yehova”: (Imin. 10)
Heb 12:5—Ntutane n’akabando igihe utojwe indero (w12 15/3 29 ing. 18)
Heb 12:6, 7—Yehova atoza indero abo akunda (w12 1/7 21 ing. 3)
Heb 12:11—Naho gutozwa indero hari igihe bibabaza, biratugirira akamaro (w18.03 32 ing. 18)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Heb 12:1—Akarorero k’‘igipfungu kinini c’ivyabona’ katuremesha gute? (w11 15/9 18 ing. 11)
Heb 13:9—Uyu murongo usobanura iki? (w89 15/12 22 ing. 10)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Heb 12:1-17 (th icigwa ca 11)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.
Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri. (th icigwa ca 2)
Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) lvs 39-40 ing. 19 (th icigwa ca 6)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ntudendebukirwe igihe uhanganye . . . n’udusembwa twawe: (Imin. 5) Erekana iyo videwo. Nimuce muganira kuri ibi bibazo:
Ni urugamba uruhe umuvukanyi Cázares yamye arwana kuva amenye ukuri?
Yatojwe indero gute?
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 85
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 74 n’isengesho