16-22 Nyakanga
ABAHEBURAYO 11
Ururirimbo rwa 119 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Igituma ukwizera guhambaye”: (Imin. 10)
Heb 11:1—Ico ukwizera gusobanura (w16.10 27 ing. 6)
Heb 11:6—Turakeneye ukwizera kugira duhimbare Imana (w13 1/11 11 ing. 2-5)
Heb 11:33-38—Ukwizera kwarafashije abasavyi b’Imana ba kera kwihanganira ingorane zitoroshe (w16.10 23 ing. 10-11)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Heb 11:4—Ukwizera kwa Abeli kwari gushingiye ku ki? (it-1 907 ing. 7)
Heb 11:5—Henoki yahezagiwe gute kubera ukwizera kwiwe? (wp17.1 12-13)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Heb 11:1-16 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. Muhe ubutumire bw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Uzokora iki mu mwaka w’uruzuba?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 84
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 54 n’isengesho