9-15 Nyakanga
ABAHEBURAYO 9-10
Ururirimbo rwa 10 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Igitutu c’ibintu vyiza bizoza”: (Imin. 10)
Heb 9:12-14—Amaraso ya Kristu araruta amaraso y’impene n’ay’ibimasa (it-2 490 ing. 7)
Heb 9:24-26—Kristu yarashikirije Imana agaciro k’incungu yatanze rimwe rizima (cf 183 ing. 4)
Heb 10:1-4—Itegeko ryari igitutu c’ibintu vyiza bizoza (it-2 548)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Heb 9:16, 17—Iyi mirongo isobanura iki? (w92 1/3 31 ing. 4-6)
Heb 10:5-7—Ayo majambo Yezu yayavuze ryari, kandi asobanura iki? (it-1 263-264)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Heb 9:1-14 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago bikunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 2)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Musigire agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Twoba duha agaciro amakoraniro yacu? (Zb 27:11): (Imin. 12) Erekana iyo videwo. Nimuce muganira kuri ibi bibazo:
Ni ibiki wa Muherezi Mukuru wacu Yezu ariko arakora bitugirira akamaro?
Vuga uburyo butatu twokwerekana ko dukenguruka?
Ntusamare mu makoraniro: (Imin. 3) Erekana iyo videwo. Nuce ubaza abana bavuge igituma badakwiye gusamara mu makoraniro.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 83
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 108 n’isengesho