ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Nyakanga rup. 2
  • 2-8 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 2-8 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Nyakanga rup. 2

2-8 Nyakanga

ABAHEBURAYO 7-8

  • Ururirimbo rwa 16 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Umuherezi ibihe vyose mu buryo bwa Melekisedeki”: (Imin. 10)

    • Heb 7:1, 2​—Umwami akaba n’umuherezi Melekisedeki yarasanganiye Aburahamu yongera aramuhezagira (it-2 249)

    • Heb 7:3​—Melekisedeki nta “mamuko” yagira kandi “aguma ari umuherezi ibihe vyose” (it-2 250 ing. 3)

    • Heb 7:17​—Yezu ni “umuherezi ibihe vyose mu buryo bwa Melekisedeki” (it-2 249)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Heb 8:3​—Amashikanwa n’ibimazi vyasabwa mu gihe c’Itegeko rya Musa, vyari bitandukaniye he? (w00 15/8 14 ing. 11)

    • Heb 8:13​—Ni mu buryo ki isezerano ry’Itegeko ryacitse “iryataye igihe” mu gihe ca Yeremiya? (it-1 79 ing. 7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Heb 7:1-17 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Gukoresha neza amashusho, muce muganira ku cigwa ca 9 c’agatabu Kwigisha.

  • Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) it-1 80-81 ing. 5-7​—Umutwe: Isezerano rishasha ni iki? (th icigwa ca 7)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 124

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 15) Erekana ividewo yo muri Nyakanga ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe. Remesha bose gutemberera icicaro gikuru c’Ivyabona vya Yehova canke ibiro vy’ishami begukira nimba bishoboka.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 82

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 83 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika