ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Myandagaro rup. 7
  • 26 Myandagaro–1 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 26 Myandagaro–1 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Myandagaro rup. 7

26 Myandagaro–1 Nyakanga

ABAHEBURAYO 4-6

  • Ururirimbo rwa 5 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nukore uko ushoboye kwose kugira winjire mu karuhuko k’Imana”: (Imin. 10)

    • Heb 4:1, 4​—Nutahure akaruhuko k’Imana (w11 15/7 24-25 ing. 3-5)

    • Heb 4:6​—Nugamburukire Yehova (w11 15/7 25 ing. 6)

    • Heb 4:9-11​—Niwirinde agatima ko kwigenga (w11 15/7 28 ing. 16-17)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Heb 4:12​—“Ijambo ry’Imana” rivugwa ng’aha ni iki? (w16.09 13)

    • Heb 6:17, 18​—“Ibintu bibiri bidahinduka” bivugwa muri iyi mirongo ni ibihe? (it-1 799 ing. 7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Heb 5:1-14 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri. (th icigwa ca 6)

  • Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) lvs 228-229 ing. 7-8 (th icigwa ca 12)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 75

  • “Ibikorwa vyiza bitigera vyibagirwa”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Woba wokwitanga ugakorera kuri Beteli?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 81

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 12 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika